Mariko 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Yezu yuriye ubwato, wa mugabo yahoze arimwo amadayimoni aca aramwinginga ngo bajane+.