-
Mariko 5:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Yari amaze kwitura abaganga benshi, kandi yari yararuhijwe n’imiti bamuha. Yari yarakoresheje n’utwiwe twose ariko ntihagira ikivamwo, ahubwo akarushiriza kuremba.
-