-
Mariko 5:31Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
31 Abigishwa biwe bamwishura bati: «Wewe ubone ingene isinzi ryaguhundayeko, hanyuma ubaze ngo: “Ni nde ankozeko?”»