Mariko 5:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Akiriko aravuga, haza abantu bavuye kwa wa mukuru w’isinagogi, bamubwira bati: «Umukobwa wawe yapfuye! Wirirwa uragorera iki Mwigisha+?»
35 Akiriko aravuga, haza abantu bavuye kwa wa mukuru w’isinagogi, bamubwira bati: «Umukobwa wawe yapfuye! Wirirwa uragorera iki Mwigisha+?»