Mariko 6:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Hanyuma avayo aza mu karere iwabo+, kandi abigishwa biwe baramukurikira.