Mariko 6:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nuko umwami Herodi yumva ivyo vyose, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane. Bamwe bariko bavuga ngo: «Ni Yohani Umubatizi yazuwe mu bapfuye. Ni co gituma afise ububasha bwo gukora ibitangaro+.»
14 Nuko umwami Herodi yumva ivyo vyose, kuko izina rya Yezu ryari ryamenyekanye cane. Bamwe bariko bavuga ngo: «Ni Yohani Umubatizi yazuwe mu bapfuye. Ni co gituma afise ububasha bwo gukora ibitangaro+.»