Mariko 7:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nk’akarorero, Musa yavuze ati: “Tera iteka so wawe na nyoko wawe+.” Yavuze kandi ati: “Uwututse se canke nyina ategerezwa gupfa+.”
10 Nk’akarorero, Musa yavuze ati: “Tera iteka so wawe na nyoko wawe+.” Yavuze kandi ati: “Uwututse se canke nyina ategerezwa gupfa+.”