Mariko 7:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Emwe abantu barumirwa bimwe bidasanzwe+, bavuga bati: «Akora ibintu vyose neza. Mbere n’abatumva barasubira kwumva, abatavuga na bo bakavuga+.»
37 Emwe abantu barumirwa bimwe bidasanzwe+, bavuga bati: «Akora ibintu vyose neza. Mbere n’abatumva barasubira kwumva, abatavuga na bo bakavuga+.»