Mariko 9:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 impuzu ziwe* zitangura gukayangana, zirera cane ku buryo ata muntu n’umwe amesura kw’isi yoshobora kuzeza ukuraho.
3 impuzu ziwe* zitangura gukayangana, zirera cane ku buryo ata muntu n’umwe amesura kw’isi yoshobora kuzeza ukuraho.