Mariko 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Haca haza igicu kirabatwikira, maze ijwi+ rivuye muri nya gicu rivuga riti: «Uyu ni Umwana wanje nkunda cane+. Nimumwumvirize+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:7 Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,5/2018, rup. 4
7 Haca haza igicu kirabatwikira, maze ijwi+ rivuye muri nya gicu rivuga riti: «Uyu ni Umwana wanje nkunda cane+. Nimumwumvirize+.»