Mariko 9:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Abishura ati: «Eliya koko ategerezwa kubanza kuza, agasubiza ibintu vyose mu buryo+. Kubera iki none Ivyanditswe bivuga ko Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi+ akongera agasuzugurwa+?
12 Abishura ati: «Eliya koko ategerezwa kubanza kuza, agasubiza ibintu vyose mu buryo+. Kubera iki none Ivyanditswe bivuga ko Umwana w’umuntu ategerezwa gushikirwa n’imibabaro myinshi+ akongera agasuzugurwa+?