-
Mariko 9:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Igihe cose imufashe iramukubita hasi, akabimba ifuro mu kanwa, agahekenya amenyo kandi agatakaza inguvu zose. Nasavye abigishwa bawe ngo bayirukane, ariko vyabananiye.»
-