Mariko 9:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yezu aca ababwira ati: «Mbega urunganwe* rw’abantu batagira ukwizera+! Nzogumana namwe kugeza ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Nimumunzanire+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:19 Yezu ni inzira, rup. 146
19 Yezu aca ababwira ati: «Mbega urunganwe* rw’abantu batagira ukwizera+! Nzogumana namwe kugeza ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Nimumunzanire+.»