Mariko 9:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Yezu abonye ko isinzi ry’abantu ririko riraza ryihuta aho bari, aca arakankamira iyo mpwemu mbi* ati: «Wa mpwemu y’ikiragi kandi y’igipfamatwi, ndabigutegetse, muvemwo kandi ntuze usubire kumwinjiramwo+!»
25 Yezu abonye ko isinzi ry’abantu ririko riraza ryihuta aho bari, aca arakankamira iyo mpwemu mbi* ati: «Wa mpwemu y’ikiragi kandi y’igipfamatwi, ndabigutegetse, muvemwo kandi ntuze usubire kumwinjiramwo+!»