Mariko 9:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Aca aricara, ahamagara bamwe cumi na babiri, ababwira ati: «Nimba umuntu ashaka kuba uwa mbere, ategerezwa kuba uwa nyuma ya bose kandi agakorera bose+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:35 Umunara w’Inderetsi,1/2/2007, rup. 8-9
35 Aca aricara, ahamagara bamwe cumi na babiri, ababwira ati: «Nimba umuntu ashaka kuba uwa mbere, ategerezwa kuba uwa nyuma ya bose kandi agakorera bose+.»