Mariko 9:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Yohani aca amubwira ati: «Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni mw’izina ryawe, duca tugerageza kumubuza kubera atariko aradukurikira+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:38 Yezu ni inzira, rup. 150
38 Yohani aca amubwira ati: «Mwigisha, twabonye umuntu yariko yirukana amadayimoni mw’izina ryawe, duca tugerageza kumubuza kubera atariko aradukurikira+.»