Mariko 9:42 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 42 Ariko uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo ruzungurutswa n’indogobwa, maze agatererwa mu kiyaga+.
42 Ariko uwo wese atsitaza umwe muri aba batoyi banyizera, yopfuma yambikwa mw’izosi urusyo ruzungurutswa n’indogobwa, maze agatererwa mu kiyaga+.