Mariko 9:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 Umunyu ni mwiza, ariko hamwe wotakaza akanovera* kawo, wowurungisha iki+? Nimwamane umunyu muri mwebwe+ kandi mubane amahoro+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:50 Yezu ni inzira, rup. 151
50 Umunyu ni mwiza, ariko hamwe wotakaza akanovera* kawo, wowurungisha iki+? Nimwamane umunyu muri mwebwe+ kandi mubane amahoro+.»