Mariko 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 N’umugore ataye umugabo wiwe akarongorwa n’uwundi mugabo, aba arenze ibigo+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:12 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),12/2018, rup. 11-12