Mariko 10:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Hanyuma bashika i Yeriko. Mugabo igihe Yezu n’abigishwa biwe bariko bava i Yeriko bari kumwe n’isinzi ry’abantu benshi, hari umugabo w’impumyi asegerereza yitwa Barutimayo (mwene Timayo) yari yicaye iruhande y’inzira+. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:46 Yezu ni inzira, rup. 230 Umunara w’Inderetsi,1/5/2008, rup. 31
46 Hanyuma bashika i Yeriko. Mugabo igihe Yezu n’abigishwa biwe bariko bava i Yeriko bari kumwe n’isinzi ry’abantu benshi, hari umugabo w’impumyi asegerereza yitwa Barutimayo (mwene Timayo) yari yicaye iruhande y’inzira+.