Mariko 11:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Abakuru b’abaherezi n’abanditsi bavyumvise, baca batangura kurondera ingene bomwica+. Nkako, baramutinya kuko abantu bose batangazwa cane n’inyigisho ziwe+. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:18 Yezu ni inzira, rup. 240
18 Abakuru b’abaherezi n’abanditsi bavyumvise, baca batangura kurondera ingene bomwica+. Nkako, baramutinya kuko abantu bose batangazwa cane n’inyigisho ziwe+.