Mariko 12:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Turihe canke ntiturihe?» Amenya ubwiyorobetsi bwabo, aca ababwira ati: «Kubera iki mungeza? Nzanira idenariyo* ndabe.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:15 Yezu ni inzira, rup. 250
15 Turihe canke ntiturihe?» Amenya ubwiyorobetsi bwabo, aca ababwira ati: «Kubera iki mungeza? Nzanira idenariyo* ndabe.»