Mariko 12:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mugabo ku bijanye n’uko abapfuye bazurwa, mbega ntimwasomye mu gitabu ca Musa, muri ya nkuru y’igisaka c’amahwa, ko Imana yamubwiye iti: “Ndi Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+”?
26 Mugabo ku bijanye n’uko abapfuye bazurwa, mbega ntimwasomye mu gitabu ca Musa, muri ya nkuru y’igisaka c’amahwa, ko Imana yamubwiye iti: “Ndi Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+”?