Mariko 12:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Hari umwanditsi umwe yari ng’aho kandi yari yumvise ingene baharira. Abonye ko Yezu abishuye neza, aca amubaza ati: «Ibwirizwa rya mbere* muri yose ni irihe+?» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:28 Umunara w’Inderetsi,1/3/2013, rup. 13
28 Hari umwanditsi umwe yari ng’aho kandi yari yumvise ingene baharira. Abonye ko Yezu abishuye neza, aca amubaza ati: «Ibwirizwa rya mbere* muri yose ni irihe+?»