Mariko 12:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Kandi kumukunda n’umutima wose, n’ubwenge bwose, n’inkomezi zose be no gukunda mugenzawe nk’uko wikunda, birahambaye kuruta amashikanwa yose aturirwa uko yakabaye n’ibimazi vyose+.»
33 Kandi kumukunda n’umutima wose, n’ubwenge bwose, n’inkomezi zose be no gukunda mugenzawe nk’uko wikunda, birahambaye kuruta amashikanwa yose aturirwa uko yakabaye n’ibimazi vyose+.»