Mariko 14:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Igihe Yezu yari i Betaniya ariko arafungura* mu nzu kwa Simoni umunyamibembe, haza umugore afise agacupa* karimwo amavuta amota neza, azimvye cane, ikaba yari narada nyayo. Yugurura* ako gacupa, atangura gusuka ayo mavuta ku mutwe wa Yezu+. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:3 Umunara w’Inderetsi,1/3/2015, rup. 13-141/5/2008, rup. 31 Yezu ni inzira, rup. 236
3 Igihe Yezu yari i Betaniya ariko arafungura* mu nzu kwa Simoni umunyamibembe, haza umugore afise agacupa* karimwo amavuta amota neza, azimvye cane, ikaba yari narada nyayo. Yugurura* ako gacupa, atangura gusuka ayo mavuta ku mutwe wa Yezu+.