Mariko 14:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Erega aboro murabamana+, kandi igihe cose mubishatse murashobora kubakorera ivyiza. Ariko jewe ntimuzonyamana+.
7 Erega aboro murabamana+, kandi igihe cose mubishatse murashobora kubakorera ivyiza. Ariko jewe ntimuzonyamana+.