Mariko 14:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bakiriko barafungura, atora umukate hanyuma arasenga. Aca arawumanyagura maze arawubaha, ababwira ati: «Akira, uyu mukate ugereranya umubiri wanje+.»
22 Bakiriko barafungura, atora umukate hanyuma arasenga. Aca arawumanyagura maze arawubaha, ababwira ati: «Akira, uyu mukate ugereranya umubiri wanje+.»