Mariko 14:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Yezu aca amubwira ati: «Ni ukuri ndabikubwiye, uyu musi, emwe muri iri joro nyene, imbere y’uko isake ibika kabiri, uza kunyihakana gatatu+.»
30 Yezu aca amubwira ati: «Ni ukuri ndabikubwiye, uyu musi, emwe muri iri joro nyene, imbere y’uko isake ibika kabiri, uza kunyihakana gatatu+.»