Mariko 14:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Maze ababwira ati: «Ndatuntuye cane+, ku buryo numva nopfa. Nimugume ng’aha, kandi mugume muri maso+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:34 Yezu ni inzira, rup. 282
34 Maze ababwira ati: «Ndatuntuye cane+, ku buryo numva nopfa. Nimugume ng’aha, kandi mugume muri maso+.»