Mariko 14:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Avuga ati: «Abba*, Data+, vyose birashoboka kuri wewe. Igiza iki gikombe kure yanje. Yamara ntihabe ivyo ngomba, ahubwo habe ivyo wewe ugomba+.» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:36 Yezu ni inzira, rup. 282 Umunara w’Inderetsi,1/4/2009, rup. 13 ‘Ingo unkurikire’, rup. 134
36 Avuga ati: «Abba*, Data+, vyose birashoboka kuri wewe. Igiza iki gikombe kure yanje. Yamara ntihabe ivyo ngomba, ahubwo habe ivyo wewe ugomba+.»