Mariko 14:41 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 41 Yongera kugaruka ubugira gatatu, ababwira ati: «Mbega iki ni igihe co kwisinzirira no kwiruhukira? Geza aho! Isaha irashitse+! Umwana w’umuntu agira atabwe mu maboko y’abacumuzi.
41 Yongera kugaruka ubugira gatatu, ababwira ati: «Mbega iki ni igihe co kwisinzirira no kwiruhukira? Geza aho! Isaha irashitse+! Umwana w’umuntu agira atabwe mu maboko y’abacumuzi.