Mariko 14:47 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 47 Ariko umwe mu bari bahagaze ng’aho aca asokora inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi+. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:47 Yezu ni inzira, rup. 284
47 Ariko umwe mu bari bahagaze ng’aho aca asokora inkota yiwe, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi+.