Mariko 14:48 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Yezu aca ababwira ati: «Mbega muje kumfata mwitwaje inkota n’amahiri nk’abahiga umwambuzi+?