Mariko 14:60 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 60 Umuherezi mukuru aca arahaguruka hagati yabo, abaza Yezu ati: «Nta na kimwe wishura? Ntiwumva ivyo bariko barakwagiriza+?» Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:60 Umunara w’Inderetsi,1/4/2011, rup. 19-21
60 Umuherezi mukuru aca arahaguruka hagati yabo, abaza Yezu ati: «Nta na kimwe wishura? Ntiwumva ivyo bariko barakwagiriza+?»