Mariko 14:72 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 72 Ubwo nyene isake ica irabika ubugira kabiri+. Petero aca yibuka ivyo Yezu yari yamubwiye ati: «Imbere y’uko isake ibika ubugira kabiri, uza kunyihakana gatatu+.» Biranka ko yigumya, aca araturikisha ararira. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:72 Yezu ni inzira, rup. 288
72 Ubwo nyene isake ica irabika ubugira kabiri+. Petero aca yibuka ivyo Yezu yari yamubwiye ati: «Imbere y’uko isake ibika ubugira kabiri, uza kunyihakana gatatu+.» Biranka ko yigumya, aca araturikisha ararira.