Mariko 15:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Amaherezo, bahejeje kumutwenga, bamwambura ya mpuzu y’umuyugubwe, bamwambika impuzu ziwe. Baraheza bamujana kumumanika ku giti+.
20 Amaherezo, bahejeje kumutwenga, bamwambura ya mpuzu y’umuyugubwe, bamwambika impuzu ziwe. Baraheza bamujana kumumanika ku giti+.