Mariko 15:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Kristu Umwami wa Isirayeli namanuke ave kuri ico giti co kubabarizwako, tubibone duheze tumwemere+.» N’abari bamanikanywe na we na bo nyene batangura kumutuka+.
32 Kristu Umwami wa Isirayeli namanuke ave kuri ico giti co kubabarizwako, tubibone duheze tumwemere+.» N’abari bamanikanywe na we na bo nyene batangura kumutuka+.