Mariko 16:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Basohotse iyo mva, baca bariruka barahunga, bagenda barajugumira bataye umutwe. Nta n’umwe babwiye ikintu na kimwe, kuko bari batekewe n’ubwoba*+. Mariko Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 16:8 Umunara w’Inderetsi,1/9/2014, rup. 15
8 Basohotse iyo mva, baca bariruka barahunga, bagenda barajugumira bataye umutwe. Nta n’umwe babwiye ikintu na kimwe, kuko bari batekewe n’ubwoba*+.