Luka 1:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 ku mwigeme w’isugi+ yitwa Mariya, akaba yari akowe n’umugabo yitwa Yozefu+ wo mu muryango wa Dawidi. Umuco w’ukuri w’isi Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Icegeranyo c’utuvidewo Gaburiyeli amenyesha imbere y’igihe ivuka rya Yezu (gnj 1 13:52–18:26)
27 ku mwigeme w’isugi+ yitwa Mariya, akaba yari akowe n’umugabo yitwa Yozefu+ wo mu muryango wa Dawidi.