Luka 1:59 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Ku musi ugira umunani, baza kugenyera* uwo mwana+, kandi bagira bamwite Zakariya, izina rya se wiwe. Umuco w’ukuri w’isi Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Icegeranyo c’utuvidewo Yohani avuka; ahabwa izina (gnj 1 24:01–27:17)
59 Ku musi ugira umunani, baza kugenyera* uwo mwana+, kandi bagira bamwite Zakariya, izina rya se wiwe.