Luka 2:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Uwo mwana abandanya gukura no gukomera. Aguma atera imbere mu bukerebutsi kandi abandanya gushimwa n’Imana+. Umuco w’ukuri w’isi Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Icegeranyo c’utuvidewo Umuryango wa Yezu uja kuba i Nazareti (gnj 1 59:34–1:03:55)
40 Uwo mwana abandanya gukura no gukomera. Aguma atera imbere mu bukerebutsi kandi abandanya gushimwa n’Imana+.