3 Mu mwaka ugira 15 w’ingoma ya Tiberiyo Sezari, igihe Ponsiyo Pilato yari buramatari w’intara ya Yudaya, Herodi+ akaba yari buramatari w’intara ya Galilaya, Filipo mwenewabo akaba yari buramatari w’intara ya Itureya na Tirakoniti, Lisaniya na we akaba yari buramatari w’intara ya Abilene,