-
Luka 3:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Nimwame rero ivyamwa bikwiranye n’ukwigaya. Ntimutangure kwibwira ngo: “Data ni Aburahamu.” Ndababwiye ko Imana ishobora gukura abana ba Aburahamu muri aya mabuye.
-