Luka 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nkako, ishoka iramaze gushirwa ku muzi w’ibiti. Igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kizocibwa maze gitererwe mu muriro+.»
9 Nkako, ishoka iramaze gushirwa ku muzi w’ibiti. Igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kizocibwa maze gitererwe mu muriro+.»