Luka 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abantu rero bari biteze Kristu, kandi bose baguma biyumvira mu mitima yabo ivyerekeye Yohani bati: «Ubwo ntiyoba ari we Kristu+?» Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:15 Umunara w’Inderetsi,15/6/2014, rup. 2215/2/2014, rup. 26-2715/8/2011, rup. 8-91/10/1998, rup. 10-11
15 Abantu rero bari biteze Kristu, kandi bose baguma biyumvira mu mitima yabo ivyerekeye Yohani bati: «Ubwo ntiyoba ari we Kristu+?»
3:15 Umunara w’Inderetsi,15/6/2014, rup. 2215/2/2014, rup. 26-2715/8/2011, rup. 8-91/10/1998, rup. 10-11