Luka 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Maze amubwira ati: «Ndaguha ububasha kuri ivyo bintu vyose hamwe n’ubuninahazwa bwavyo kuko nabuhawe+, kandi ndabuha uwo nshatse wese. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:6 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),4/2016, rup. 28
6 Maze amubwira ati: «Ndaguha ububasha kuri ivyo bintu vyose hamwe n’ubuninahazwa bwavyo kuko nabuhawe+, kandi ndabuha uwo nshatse wese.