Luka 4:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Hanyuma aja i Nazareti+, aho yari yarakuriye. Nk’uko yari asanzwe abigira ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi+ hanyuma arahaguruka ngo asome. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:16 Yezu ni inzira, rup. 27, 56 Umunara w’Inderetsi,1/4/2008, rup. 30
16 Hanyuma aja i Nazareti+, aho yari yarakuriye. Nk’uko yari asanzwe abigira ku musi w’isabato, yinjira mw’isinagogi+ hanyuma arahaguruka ngo asome.