Luka 4:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bose baca batangura kumuvuga neza. Batangazwa n’amajambo yiwe y’igikundiro+ maze bavuga bati: «Uyu none si wa muhungu wa Yozefu+?»
22 Bose baca batangura kumuvuga neza. Batangazwa n’amajambo yiwe y’igikundiro+ maze bavuga bati: «Uyu none si wa muhungu wa Yozefu+?»