Luka 4:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ariko nta n’umwe Eliya yarungitsweko muri abo bagore, ahubwo yarungitswe ku mupfakazi w’i Zarefati mu ntara ya Sidoni+.
26 Ariko nta n’umwe Eliya yarungitsweko muri abo bagore, ahubwo yarungitswe ku mupfakazi w’i Zarefati mu ntara ya Sidoni+.